Mois : janvier 2018

Itangazo ry’umuvugizi w’Umukuru w’Igihugu inyuma y’urupfu rw’umuvyeyi w’Incungu ya demokarasi

IBIRO VY’UMUKURU W’IGIHUGU               IGISATA C’UMUVUGIZI W’UMUKURU                         W’IGIHUGU ITANGAZO Nyenicubahiro Umukuru w’Igihugu akaba na Sebarundi yakiranye umubabaro mwinshi urupfu rw’umuvyeyi yari asigaye w’Incungu ya Demokarasi mu Burundi, rwashitse kw’igenekerezo rya 27 Nzero Umwaka wa 2018. Uwo muvyeyi twabuze tutanka yaranzwe n’umutima w’urukundo, impuhwe, ikigongwe, hamwe no kuremesha abandi. Ivyo yarabigaragaje cane mu misi yakurikiye igandagurwa ry’umwana wiwe akaba n’Umukuru w’Igihugu, Nyenicubahiro Melchior Ndadaye. Nyenicubahiro Umukuru w’Igihugu arahojeje abasigwa b’uwo muhisi, incuti n’abagenzi babo, atibagiye abakunzi ba Demokarasi n’Abarundi yabereye imboneza, akarorero n’urumuri rutazimiza. Nyenicubahiro Umukuru w’Igihugu asavye Reta y’Uburundi gutegekanya ibikenewe vyose kugira ngo uwo muvyeyi adasanzwe ashinguranwe iteka. Nyenicubahiro Petero Nkurunziza, nk’uko yavyiyemeje kuva mu mwaka w’2005 aboneyeho gusubira kuremesheje abasigwa ba Melchior Ndadaye abamenyesha ko azokwama hafi yabo akabashigikira adahengeshanya. Sebarundi arangije asaba Imana Mushoboravyose kwakira mu birimba vyayo uwo muvyeyi yaraye ashengeye no kubera umuhoza na Kiremesha abasigwa b’umuhisi Tereza Bandushubwenge.                                                                                             Bigiriwe i Bujumbura, ku wa 28/01/2018                                                               J.C Karerwa Ndenzako                                                                                                                                                                 ...

Read More

Le Secrétaire Général du COMESA, reçu par Son Excellence le Président Burundais

Le Jeudi 25 janvier 2018, Son Excellence Pierre Nkurunziza, Président de la République du Burundi a reçu en audience le Secrétaire Général du COMESA, Sindiso  NGWENYA. Ce dernier a confirmé au Chef de l’Etat burundais, que le  20ème sommet des Chefs d’Etat et de Gouvernements de cette organisation sera tenu au Burundi les 18 et 19 avril 2018. Ledit Sommet sera marqué par la passation de témoin à la tête du COMESA entre le Président sortant Malgache et Burundais Pierre Nkurunziza entrant. Monsieur Sindiso NGWEMA indique que le Sommet sera un évènement historique car il y aura également l’adhésion de...

Read More

Le Président de la République reçoit le nouveau Représentant de l’Union Africaine    

  Ambassadeur Basile IKOUEBE est le nouveau Représentant Spécial de l’Union Africaine pour le Burundi et la Région des Grands Lacs. Il a pris officiellement ses fonctions ce lundi, après l’audience que Son Excellence le Président de la République Pierre NKURUNZIZA  lui a accordée. Il était venu se présenter au Chef de l’Etat Burundais et échanger ensemble sur ce qu’il attend du Gouvernement du Burundi pour bien accomplir sa fonction de représentant de l’Union Africaine, dont le Burundi est membre. Ambassadeur Basile IKOUEBE est revenu sur le rôle de l’Union Africaine envers ses Etats membres qui est celui de...

Read More

Ku kirimba TV

Sebarundi asaba abarundi kudahemukira igihugu. Ati ntamuntu yahemukiye igihugu yigeze aronka amahoro

Tweets récents

Calendrier

janvier 2018
L M M J V S D
« Déc   Fév »
1234567
891011121314
15161718192021
22232425262728
293031